azlyrics.biz
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

19th – titanic lyrics

Loading...

hook:
nawakije ku murango(weed)
umuyaga unca mu mano
nca ndaguruka
amaso araka nca
ndakerebuka
bavuga ngo:
arashushe arabize
mu kirere arahise
ovni ndi localisé

batwipfuriza imyobo(x2)
wapi iwacu n’ijuru(x2)

verse 1:

nvyuka kare mu gatondo
inzara mu nda isakoshi ku mugongo
ngiye guhiga money…
umpemba cash umpemba hundreds..(oulala)
tonda mwese ku murongo
ibiyo duza porte wugare
ubanze utuze uze wicare
man uratuzi
umanure utuzi sh-t! wimare!
nihaseruka police twebwe ntabwo badukanga
id shira mu kirere vyeri nivyo bituranga

hook

verse 2:
uko tugwana ndanesha
ntibazi ko ndabarusha ubuhinga
bandasa vyinshi nkakwepa
ntibarigera babona umuninja

… swata hey
ntiwizere kuzomfata hey
muri rap je ndi quick quick king
the best in your -ss muf-cker hey

impa mic nkome induru
waje gute nje n’amaguru
niwitonde
uri i bwami umwami we nguyu

babygirl y’a pas de soucis avec whisky ndaterama
je nawe biri phisik ubishatse nce ngarama