azlyrics.biz
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

carmen – muto lyrics

Loading...

#muto#
buraca bugacana ayandi
ndamuzi sinkishakira ahandi
ko ataco nahisha abavyeyi ubundi
nibabona ntanguye tw+tundi
ntibazotinya ko ntahana ibindi
(nibabona ntanguye tw+tundi
ntibazotinya ko ntahana ibindi?)

ntaco atazi vyose arabizi
mbibwire abavyeyi canke bombuza
gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya)

yeah heeee yeah heeeee yeah he he yeahhhh

baramuzi ntaco bamunenga
kandi iyo mubonye ari k+mwe n’abandi
ndababara cane sinihishire mbabazwa nuko
yooo

ntaco atazi vyose arabizi
mbibwire abavyeyi canke bombuza
gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya)



Random Lyrics

HOT LYRICS

Loading...