faush-official – nzobaho lyrics
ishoboy faush baby
sorry agic pacci
ayo boy
vers 1:
all member umbwira yukunkunda
nkanka ariko ukaguma u forsinga
ndakubwira yuko nidakunda
nemeye kowanteye agahinda
wahora umbwira kuri baby unkingira
ivyonzokora vyose uzobisangera
none raba wahisamwo kwigira
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
chorus:
ndashaka imana impane ndashaka imana impanee ndashaka imana impanure kweli imana impane gukundana nawewe ndabicek+mugani ndashaka nitahire mpaze niryamire nanje nzobaho nukuri nzobaho nzobaho nukuri nzobaho
vers2
wanyeretse mouve murukundo ntazi koharimw urugendo umpendesha kwari urugendo nasanze indani harimwo ubufindo abagenzi bakambona bavuga ko tutangana ngo jenawe turahendana …………
Random Lyrics
- huncho dinero – twerk that lyrics
- gilsons – vento alecrim lyrics
- jo$h xo – one time thing lyrics
- seventwlve – quarantine fling lyrics
- idris makazu – ye lyrics
- lil crazed – drop lyrics
- autistic boys money clan – hazmat lyrics
- sleazus bhrist – losses lyrics
- frenzo harami – ronaldinho lyrics
- rotary connection – this town lyrics